jeudi 12 décembre 2013
mardi 10 décembre 2013
Thity Love : Ndanezerewe caaaaaane !!!!!!!!
Umuririmvyikazi Thity love ivyshimo afise kubera indirimbo '' dukundane ''yiwe nshasha ngo ntiworaba. nkuko benshi bamaze kwumva indirimbo yiwe aherutse gusohora. i gihe yayisohora ngo kuva ico gihe ariko arabona ivyiza gusa. Igihe twaganira akaba yatubwiye ko yatangajwe nukubona abanywanyi ba Léo baronka Ubutumwa (message ngo nibumvirize iyi ndirimbo ya Thity love. nawe rero ngo ntabwo arabitahura ingene Léo yomugirira promotion thity love atanabizi, ngo akibibona yarishimye cane birenze. hama turiko turaganira twaciye numubwira ati : none ko indirimbo yawe kuri site indundi.com iriko iraca ibintu muminsi mike itanashika 3 isohotse ikaba imaze kwumvirizwa nabantu bashika 6 000 nabandi, wavyakiriye gute ? Thity love aratangara ngo ngwiki ? , araraba asanga nivyo aca araryoherwa nubundi atubwira ngo arumiwe. ngo ubu rero agiye gupromotinga indirimbo ziwe cane. ubu rero agiye kwamamaza indirimbo kuri indundi kuburyo indirimbo yiwe iba indirimbo yukwezi kuri indundi.com
Thity love
Umviriza iyo ndirimbo yiwe nshasha yise Dukundane
http://indundi.com/news/page/37530/download-new-audio-dukundane-by-thity-love
ushobora kudusanga no kuri facebook kanda kuri iyi page hama ugire Like
https://www.facebook.com/#!/MenyaAmakuruPromoted?fref=ts
Thity love
http://indundi.com/news/page/37530/download-new-audio-dukundane-by-thity-love
ushobora kudusanga no kuri facebook kanda kuri iyi page hama ugire Like
https://www.facebook.com/#!/MenyaAmakuruPromoted?fref=ts
dimanche 8 décembre 2013
Kook-k nabavyinyi biwe bafise ubucupe bumeze cokimwe.
Kook-k mu Giteramo ciwe yari yise Princess Keryin ari nawe munsi wari umunsi wo kwerekana Clip vidéo yindirimbo yiwe yitwa Princess keryin. hakaba habonetse ubucupe bwabavyinyi biwe bumeze kimwe, nkagacube ka Kook-k nyene. raba ifoto niyi
mercredi 4 décembre 2013
Yoba ari couple nshasha mumuziki wiburundi ?
raba iyi niyo foto twafashe kurubuga Bujahit.com
abantu boba bibaza ko yoba ari couple nshasha.
Inscription à :
Articles (Atom)