Kwamamaza i Burundi

Paparazzi

mercredi 4 décembre 2013

Yoba ari couple nshasha mumuziki wiburundi ?

Sharifa azwi cane mumasanamu yindirimbo zahano i brurundi. kandi akaba ariwe yahora ari umukunzi wumuraperi Mkomboz. nkuko tubizi Sharifa na Mkomboz barigeze gutandukana bapfa yuko mkomboz yari yamubujije gusohoka mumazu yutuvyiniro, munyuma barasubirana urukundo ruba nko hambere. nubundi bongera gutandukana aho ntitwamenye ico bapfuye. ubu rero ivyo tuzi nukwo Mkmboz atamukunzi afise na Sharifa ivyo tuzi nukwo atamukunzi afise. ariko muri iyi minsi hari ibintu abantu benshi bamaze iminsi bikeka nibaSharifa asiagaye afise umukunzi, hari nkaho Sharifa na terry west bari kuri studio ''Golden star '' babonwa nabantu benshi baza kubashengerera, nabo baca bariruka. ubu naho urubuga Bujahit.com kuri facebook rwashizeko ifoto ya Sharifa arikumwe numusore tutabashije kumenya izina. 


raba iyi niyo foto twafashe kurubuga Bujahit.com 
abantu boba bibaza ko yoba ari couple nshasha.

Raba Sharifa mumasanamu yindirimbo Siwezi yumuririmvyi Elly's boy

Publié par Unknown à mercredi, décembre 04, 2013
Envoyer par e-mailBlogThis!Partager sur XPartager sur FacebookPartager sur Pinterest

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe

Article plus récent Article plus ancien Accueil
Inscription à : Publier les commentaires (Atom)

Burundi Hit

Unknown
Afficher mon profil complet

Archives du blog

  • ►  2018 (3)
    • ►  septembre (3)
  • ►  2016 (7)
    • ►  octobre (3)
    • ►  avril (1)
    • ►  mars (1)
    • ►  février (2)
  • ►  2015 (26)
    • ►  octobre (2)
    • ►  septembre (4)
    • ►  août (5)
    • ►  avril (8)
    • ►  mars (4)
    • ►  février (1)
    • ►  janvier (2)
  • ►  2014 (127)
    • ►  décembre (15)
    • ►  novembre (5)
    • ►  octobre (6)
    • ►  septembre (10)
    • ►  août (17)
    • ►  juillet (17)
    • ►  juin (27)
    • ►  mai (28)
    • ►  février (1)
    • ►  janvier (1)
  • ▼  2013 (23)
    • ▼  décembre (4)
      • HANSANGE BY SOCIAL MULA FT BIG FIZZO OFFICIAL VID2O
      • Thity Love : Ndanezerewe caaaaaane !!!!!!!!
      • Kook-k nabavyinyi biwe bafise ubucupe bumeze cokimwe.
      • Yoba ari couple nshasha mumuziki wiburundi ?
    • ►  novembre (8)
    • ►  octobre (6)
    • ►  août (5)

Consultations de pages de la semaine précédente

Articles les plus consultés

  • Sat B mwifata ryamasanamu yindirimbo #nyandika mu Rwanda (Vidéo + amafoto )
    Umuririmvyi Sat B nkuko muri iki gihe ariko arazunguruka intara zi burundi arikumwe nishirahamwe rya brarudi, mwihiganwa ryateguye bise prim...
  • Daddy Face na Bob Junior wo Muri Tanzania
    Umuririmvyi Daddy Face wumurundi akorera umuziki mu Gihugu co muri amerika aheruka gusohora indirimbo yitwa Vanessa, yakoranye numwigeme yit...
  • Ibibera i Bujumbura muminsi mikuru ( amafoto )
    muminsi mikuru ya buja igihe cose iba ishushe, aho tutiriwe turavuga mumazu yutuvyiniro, hamwe winjiyemwo ubona abavyinyi hamwe nawe ugira u...
  • Inyambaro zabakobwa zitangaje, mugihe cizuba ( amafoto )
    inyambaro ninyishi kwiy'isi, aya namafoto twakuye kuma site yaba cameroun, bakaba bavuga ko ari abakobwa baba cameroun basigaye bambara ...
  • Aline Vyuka : abantu baragoye !!!!!!
    Umuririmvyikazi Aline vyuka afatanijwe namwenewabo Diane melly angelo barateguye imfashanyo zo gufasha abana bimfumvyi i burundi, bakaba bab...
  • Na Kidum sinarinzi ko atwenza gutya hahahaha ( amafoto + vidéo )
    abaririmvyi Sat B na Kidum bafise igiteramo i Bujumbura itariki 19 zukukwezi, niho twaronse vidéo bakoze bariko baratumira abarundi bose ngo...
  • Umuririmvyikazi Kenza farah na Lil mafia umunyonzi
    Umuraperi wumurundi aba muri Belgique azwi kwizina rya Lil mafia umunyonzi yamenyekanye cane muri ico gihugu mundirimbo ziwe nka Ubuzima, wi...
  • Chany queen mu Mvutano
    Nkuko twebwe turi abashakashatsi. kubantu bamaze kumenya akazi hano kuri menya amakuru promoted turabashakashatsi, ntabwo tugenda ngo tubaze...
  • Annick kabatesi itiro ryamutwaye ( amafoto )
    Umuririmvyikazi Annick kabatesi azwi nko kwizina annick burundiano, akabaanazi kugukora impuzu zabakera. za mpuzu zibiti. kandi akaba anaher...
  • Ingorane zikomeye mubakinyi ba film Ma famille yo muri cote d'ivoir
    Ma famille: La Série à succès…et à mystères. akissi Oui, « MA FAMILLE », c’est LA sitcom ivoirienne qui a battu tous les records de diffusi...
Thème Voyages. Images de thèmes de Maliketh. Fourni par Blogger.