Umuririmvyi Sat B nkuko muri iki gihe ariko arazunguruka intara zi burundi arikumwe nishirahamwe rya brarudi, mwihiganwa ryateguye bise primusic. aho iryo higanwa ririko riratembera muntara zose ziburundi, Sat B rero igihe primusic yashika muntara ya Ngozi yahise asimbira mu Rwanda aho agiye gukora amasanamu yindirimbo yiwe Nyandika. Sat b tukaba twashoboye kuronka amashusho yifatwa ryamasanamu yiyo ndirimbo. ibisobanuro vyose muze kuvyumviriza muri vidéo mubona aha hasi yamafoto.
amafoto yifatwa ryiyo sanamu
raba vidéo yikiganiro yakoze
photo
+vidéo : inyarwanda.com
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe