umuririmvyikazi ininahazwe Norette azwi kwizina rya miss nono. nawe akaba ngo ari mubakobwa babastar bashakwa cane nabahungu, kandi ivyo bikaba vyaranibonekeje mumyaka yaheze. aho yavuzweko vyinshi muma show bizz ya buja, aho yavuga ko aryamana nabahinyanyuzi kugira bamukorere indirimbo. uyu mukobwa rero akaba yamenyekanye mundirimbo nka hora nkwihoreze.
Miss nono rero akaba ari mubakobwa bafise incuti nyinshi kuri facebook, kandi nyishi akaba ari abahungu, kubera ngo arangaza abahungu. kuburyo niyo ashize ifoto yiwe kuri facebook, abayikunda baca baba benshi. kandi akaba anakunda gufata ifoto yerekana igisusu kenshi cane, abantu benshi bikabatera kwiyumvira vyinshi.bamwe bakibaza ngo kuba ari ugushaka kwerekana ko afise igisusu kinini, ariko, wewe ngo niko yifatira amafoto, abibona nkibisanzwe.
raba amafoto
raba imwe mundirimbo ziwe
https://www.youtube.com/watch?v=9edNzdxnWBY
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe