Abameneyshamakuru babanditsi kuri web site izwi cane kwizina rya Indundi.com .
aribo King yann cool na Adijoe muri minsi abantu babazi neza, bavuga ko boba bari murukundo. kubera ngo ngo igihe cose wasanga bagendana, mugihe nyuma batagendana cane, niko kwegera King yann cool atbwira ko atarukundo bafitaniye ari ubugenzi gusa kubera bakora hamwe. abantu rero bavuga ngo kuberiki nyuma batagendana. king yann cool akaba yishura ati: nikubera nyene tutakorera hamwe. ubu ngo kubera bakora hamwe abantu baca bababona kenshi bakibaza ngo bari murukundo.
King yann cool rero akaba ngo afise umutambukanyi ariko ntabwo ngo haragera ko amutangaza.
abahora bibaza rero ko bari murukundo King yann cool na Adijoe ngo sivyo namba.
aya niyo mafoto ayshize kuri facebook yiwe abantu bagaca bibaza ngo noneho urukundo rwabo barushize ahagaragara, kandi ari ubucuti.
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe