Nkuko twebwe turi abashakashatsi. kubantu bamaze kumenya akazi hano kuri menya amakuru promoted turabashakashatsi, ntabwo tugenda ngo tubaze amakuru abastar dufata ivyo baba basohoye canke bavuze, tugaca tubibereka. haba vyiza canke bibi. kuri facebook twari twabemereye kuzobaronkera ifoto ya chany queen yambaye imvutano. tukaba twayibaronkeye. abantu benshi tukibibabwira baravuga ngo nta chany queen yokwambara imvutano. burya nabastar hanze yumuziki usanga bambaye bisanzwe, mumuziki niho baca bahindura inyambaro biensure nakare umuziki aba ari kukazi, nakazi mu kandi kurya nabakora ama modoka bashitse kukazi baca bambara amasalupeti, hama akazi karangiye bakayakura. no mumuziki umuririmvyi ari serieux mumuziki nukwo akora.
Raba niyi yambaye imvutano
raba indirimbo aheruka gusohora afatanije nabandi bastar nka Mt number one na Ashley
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe