dimanche 11 mai 2014

Indirimbo nshasha ya Milky mina

Uyu mukobwa numumwigeme akiri muto, akaba yitwa Nzeyimana amina ariko yitazira milky mina. uwu mwigeme rero akaba yabonetse no muri clip vidéo Emery sun aheruka gusohora yitwa Wawundi.
kuri ubu niho yashira amafoto yiwe kuri facebook yerekana ko ariko arakorera indirimbo muri studio Golden record. ariko ntakintu yashatse gutangaza kuri facebook yiwe, yavuze just ko ari muri studio, ngo ashaka ko bibaturumbukira.
                                               aya namafoto yafashwe ari muri studio Golden record







Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe