lundi 26 mai 2014

Abaririmvyikazi bakunda Fizzo bakabura aho babihera

Nkuko kuri menya amakuru promoted turihweza inyandiko zabastar kuma site kubuhinga ngurukana bumenyi. tukihweza neza nimvugo zabastar bagenda bavuga, ikiryoshe rero nuko abastar benshi biburundi umuntu akunda kubona ama commentaire yabo, ivyo bigaca bituma turonka udukuru, nkinkuru iheruka kubena ngaha ukuntu incuti ya Miss nono yamutuka kuri facebook ariko miss nono wewe akabifata nkaho atabibonye. kendi kenshi kuri facebook ubwiye umuntu nabi, guhita umukura muncuti zawe hamwe atazosubira kukubona bifata ama seconde ariko ntivyari navyiza gukura umuntu wincuti yawe kuri facebook, ahubwo ico ukora uramuhanura agahinduka, niyo nyifato ya kigabo. tugiye kwa fizzo, fizzo ahagiye hose mu rwanda haba nahandi Samantha aba ahazi, aremera akica gahunda aba afise ariko agiye kwa fizzo, eka no kuri annivereseri ya samantha fizzo ngo waouh!!!!! mbega ubufana bwiza. benshi baranibajije niba yoba ari murukundo na fizzo ariko samantha arabihakana yivuye inyuma. donc nkukwo twabiwe nanyene bwite tuvyemere. Olga nawe wewe ntabwo amukurikira aho agiye hose, Olga barahuye ebana bagize ibihe vyiza aho buja ariko, mu rwanda Olga yari yibere buja ntabwo yaherekeje fizzo, kandi Olga ngo umuririmvyi yatumye aririmba hamwe nyamuntu atuma akunda umuziki cane, harimwo Fizzo. igihe fizzo yagira ibibazo kumaradiio kubera indirimbo yari ngo yatahuwe nabi ubutumwa burimwo, Olga yarashigikiye fizzo, kuri facebook commentaire ni chou, nice pict chou biz. eka birashemeye.
                                                         Olga na fizzo
                                           Samantha na fizzo

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe