mercredi 14 mai 2014

Igitutsi gikomeye kuri Miss Nono

Umuririmvyikazi Nininahazwe Norette azwi Kwizina Miss Nono. yavuzweko vyinshi muma show bizz ndundi. aho vyavurwa Ko yoba ashobora kuba aryamana naba hinyanyuzi (producer ) bindirimbo kugira bamukoreer indirimbo. munyuma akabihakana, avuga ko ababivuga nabantu bashobora kuba bamwanka. Miss nono rero ari mubaririmvyikazi bakunzwe cane nabahungu benshi ndetse nabakobwa. ari mubaririmvyi bafise incuti nyinshi cane kuri facebook. muri iyi minsi niho yashira amafoto yiwe kuri facebook. miss nono akaba kandi yarigeze kuvurwaho urukundo rumwe rwari ruteye ubwoba aho yakundana numusore yitwa yann santana. ico gihe baratandukanye, umukobwa hamwe amukorera nindirimbo akanabicisha muma binyamakuru bitari bike ndundi. amusaba imbabazi ngo yarakosheje ngo namubabarire ariko bikaba vyarahereye mukanyegero. ntitwamenye niba barasubiranye canke barahebanye burundu. . uwo mwigeme miss nono rero muri iyi minsi niho yashize  ifoto kuri facebook, yiftoje igisusu. nkuko hari abantu benshi batigumya umwe arinamura ngo  ico mbega igisusu kinini, ico gisusu nimusuzi irimwo gusa.
commentaire nkiyo abantu barumiwe kurubuga. nkuko menya amakuru promoted ikora irabanza iraraba ico miss nono yishura kuri iyo commentaire. uwundi mufana ati ; wewe niba hari ico mupfa sigusa. Miss nono nawe aca arishura ngo ari (fière ) arishimiye kuba imana yarakimuhaye.
Gusa uwo muntu yamutuka miss nono wewe ntabwo yavyitako cane.nawe akaguma amubwira ngo ni imalaya. miss nono nawe yishura ati wosanga ariwe ari imalaya.
ikintu menya amakuru promed ibona kidasanzwe. kubera umuntu kuri facebook yogutuka cane, hama ntumufute kuri facebook hamwe atazosubira kukubona ?
kubera facebook yaduhaye uburyo bworoshe bwo kurwanya umuntu akugeramiye kuri facebook.

                                                           raba ifoto bamutukiyeko


Post : Olivier nduwimana

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe