Annicky nicky azwi muri clip mbabarira ya Lolilo
Sharifa Luna azwi muma clip ya buja, uyu mukobwa wewe akaba
azwi muma clip menshi kubera aka kazi yagatanguye kera. azwi
muri nka nzoza ya rally joe, akayoga ya Adat, nizindi.
Uyu mukobwa akaba azwi muri clip nka naogopa ya black g na happy famba akaba
anaboneka muri clip ya lolilo yindirimbo beef.uyu mukobwa akaba amaze no kuvyara
umwana wumukobwa, nako kana barikumwe. tukaba tumwipfuriza kugira umuryango
mwiza.
Annick kabatesi akaba azwi mundirimbo yiwe nshasha yise twarashaza.akba azwi no mumwuga wo gukora impuzu zibiri.
Uyu mukobwa akaba yitwa Ashley benshi bari bamuzi muma karaoké
ariko ubu naho yatanguye gusohora indirimbo ziwe. aho aheruka gusohora
indirimbo arimwo yakoranye na chany queen na Mt number one ariyo yiyi
vuba mukaba muzobona clip yiwe nshasha yakoranye na elly's boy
Thity Love azwi mundirimbo ziwe za audio nka dukundane, kwanini, mbere yo gutangura umuziki akaba yabonetse muri clip yindirimbo kuri kakagezi ya Rally Joe. munyuma nawe aca atangura umuziki.
Milky mina azwi muri clip nshasha yumuririmvyi Emery sun yise wawundi
Samantha azwi cane muri primusic nahandi henshi yagiye agira amahirwe yokuja nko mubihugu vyo hanze. nairobi nahandi, agiye guserukira uburundi.
https://www.youtube.com/watch?v=qGakkoNw7oI
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe