mardi 6 mai 2014

Umu kopine wa T max

Uyu mwigeme yitwa Martine. kuva kera abantu bamye bashaka kumenya umukunzi wumuraperi T max ariko bakamubura. ariko abantu bagumye barondera uwariwe uwo mukunzi bamwe bakavuga ko yoba yarakundana nuwomukobwa mumpisho. ariko uwo mukukobwa martine ubimubajije ahubwo yavuga ati wewe ubimbaza niba wanyoye ( humour) akavuga ngo t max nincuti yiwe yahafi gusa, ngo amufata nkamwenewabo.

none burya uribaza ko boba bakundana kubera ninkuru yavuzwe haraheze nkimwaka irenga nkitanu bivurwa ko bakundana, t max nawe akaba ata mukunzi wiwe yerekana mu binyamakuru ngo bamumenye. ubu rero turarindiriye ko bazovyivugira bonyene.mugihe atanumwe aravyivugira mwitangaza makuru ntitwobimenya. ariko menya amakuru promoted izokwama ibatohoreza inkuru  nkizo mumuzika ndundi.
uwo mukobwa martine kandi ninumufana wamuzika ndundi cane.

                                                        T max arikumwe na Martine. vyavuzwe cane ko bakundana

                                                   aha yari martine arikumwe na kireko wo muri film ninde ?

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe