Umuraperi Wumurundi akorera umuziki muri belgique , azwi mundirimbo nyinshi nka Ubwambere, Igikoko remix, Mana y'uburundi. kuri ubu asigaye yemeza abantu muri hiip hop. nkindirimbo aheruka gusohora yakunzwe nabatari bake yitwa Mana yuburundi hmawe niyikiriko irakwiragira mubanatu ari iyo igikoko remix yakoranye nuwundi muririmvyi yitwa Mr Tungi.
uwo muraperi Lilmafia umunyonzi rero, akaba yashize kuri facebook ifoto yumukobwa muheruka kubona muri clip ya Emery sun iheruka kubona. avuga ko uwo mukubwa yomuha ivyo atunze vyose.tuca turiyumvira ko yoba amukunda cane bimwe vya danger. niko kumwegera turamubaza ati: twabonye ushira ifoto kuri facebook uvuga ngo : womuha ivyo utunze vyose nurukundo rwoba ruriko ruravyuka ?
''nawe atwishura atwenga ati : oyaaaa jewe urya mukobwa aba i burundi jewe ndi hano muri belgique sasa ntivyokunda, kandi nsanzwe mfise numukunzi wanje, nuko mutaravye neza kuri facebook yanje handitse ko ndi en Couple. urya mukobwa numukobwa tuvuga just kuri facebook kabugenzi biraboneka kari umukobwa yitonda kandi ashoboa kuba akunda gutwenga. sasa nanje nayishizeko ndikwikinira.
Menya amakuru promoted : none nkubu umukunzi wawe abibonye ntabwo yoshavura ?
Lil mafia umunyonzi : oya ivyo ntabwo bishobora kumushavuza kubera, aranyizera nanje nkamwizera
none wumva atanyizeye just kwifoto nashizeko wumva azonyizera mubo nzoshira muma clip ?
oya turizerana ivyo kuba naditse arya majambo ntaco bimutwara.
Menya amakuru promoted : none niba ati ibanga uwo mukunzi wawe dushobora kumubona kugira anabakunzi bumuziki wawe bamubone ?
Lilmafia umunyonzi : hahaha (atwenga ) Oya ivyo bizoza munyuma ntiharagera nzomubereka, ninamushira ninamushira ahabona muzobibona nzobibabwira.
menya amakuru promoted : murakoze kuri ico kiganiro
lilmafia umunyonzi : namwe murakoze
kandi kandi Lilmafia nawe akaba ari mubakora muri menya amakuru abastar ari nawe adufasha mugushira indirimbo kuri youtube kuri chaine youtube yitwa Burundi Hit.
Tukaba twashatse kuri téléphone uwo mukobwa milky mina tukaba twamubuze. ariko niyagira ico abivuzeko tukaba tuzobashikiriza inkuru ngaha kuri Menya amakuru promoted.
Milky mina nuyumukobwa
Umuraperi Lilmafia Umunyonzi
Post : Olivier Nduwimana
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe