aho rero hari kwisohorwa rya clip vidéo yindirimbo yise princess keryin. ico giteramo kikaba cagenze neza. aho twabonye nabstar benshi haba nabakinyi bo muma clip vidéo ( actrice )
raba amafoto hano
Milky minaj azwi mundirimbo wawundi by Emery sun, Kook-k, na sharifa luna
aha bariko barasoma Kook-k
aha Thity Love yahise avuga sije nohahera reka nanje inje mwifoto
barabandanya bifatira amafoto
Iyi ni affiche ya film iheruka gusohoka yitwa Leila. Iyi film rero ikaba iri no mukirundi
Umviriza indirimbo imwe muza Thity Love hano
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe