vendredi 30 mai 2014

Dety Darba :Umwigeme mushasha mumuziki ndundi

Dety Darba numwigeme yaje gukorera umuziki i burundi. uwo mwigeme akab avuka mugihugu kibanyi ca Congo, aho twaganira yatubwiye ko i burundi ahamaze umwaka. uwo mwigeme rero ubu rero akaba atanguye gukorera umuziki muri studio African sound record ibarizwamwo mwumuhinyanyuzi windirimbo Lizzer prod. Dety barba rero akaba ariko arakora indirimbo nkaho twabonye kuri facebook avuga yuko hari indirimbo ariko arakorana na Lolilo. kurubu rero Dety Darba akaba yasohoye indirimbo zimwe zimwe.tukaba twabaronkeye imwe mundirimbo ziwe yise Am addicted.

                       


                                                                    Dety Darba

 Umviriza iyo ndirimbo yiwe nshasha hano


Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe