dimanche 1 juin 2014

Chany queen yambaye agaswimé gusa.

iyi n nimwe mumafoto yafashwe mwifatwa ryamasanamu yindirimbo how much i love you yakoranye numuririmvyi Kook-k. iyo clip ngo ubu ishobora kuba yaheze guhinyanyurwa.ariko tukaba tutarabasha kumenya igihe izosohokera.

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe