Umuririmvyikazi Ashley girukwishaka, aje mumuziki atavyorosha, aho ariko aratera ubwoba abandi bigeme bavuga yuko mukuririmba ari uwa danger namasanamu akora ko usanga atoroshe, aho nikuva aho asohoreye indirimbo arikumwe na elly's boy, ubu naho yasohoye indirimbo yitwa Nkorako. iyo ndirimbo ikaba ifise amajambo ya danger aba ariko arabwira umukunzi wiwe. naho aba avuga ngo reka gutinga mpobera, namajambo menshi yahatari.
yumvirize hano
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe