lundi 2 juin 2014

waouh!!!!! nubwambere ndamubona yisukishije imishatsi uku.

Umuririmvyikazi, canke umukinyi wo muma sanamu yindirimbo azwi kwizina rya annick kabatesi canke 
annick burundiano. uyu mwigeme, numwigeme agira umwete cane, aha ubuzi akora ntitwobudondorera nitwinshi, akora impuzu zibiti,agakina mumasanamu yindirimbo, akaririmba,  akiga, nibindi.... uyu mwigeme kandi yabonetse muma clip menshi yakunzwe ariko aho hari kera hari nko mumwaka wa 2012 kandi akaba anaheruka gukora indirimbo yise twarashaza ariyo yiyi https://www.youtube.com/watch?v=UpEW8x6tOPo
iyo ndirimbo kandi ikaba yari mundirimbo zari za towe muri isanganiro award, ubu ntituramenya iyo igeze iyo ndirimbo yiwe, niba ikiri muri isanganiro award. 
Annick rero iyi nsuko yiyimishatsi ntabwo twahora tuyimubonako, kubwa Burundi Hit turabona aberewe cane, namwe mugire ico mumubwiye.waouh!!!!!!!




Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe