mercredi 11 juin 2014

Alida, Miss Bikiyo na samantha ibibavurwako !!!!!!

Abafana bumuziki ndundi kenshi bama baravye ibintu bibera muri muzika ndundi, aho bamwe bagiye batugezako ivyiyumviro vyabo kandi nawe ubibonye ugasanga bimwe bisa nkaho arivyo. mumuziki ndundi rero ngo hibonekeje abakobwa batatu, aribo baba. ngo duhereye kuri.

Alida baranyizigiye :
abantu benshi batubwira ngo Alida, yifata nkumuntu atazi ikirundi, aho ngo usanga mumvugo ziwe kuma page yiwe official avuga igifaransa gusa, kenshi tumenyereye abastar benshi babarundi bakunda kuvanga indimi mundirimbo zabo.ngo ugasanga Alida agenda akaraba indirimbo zabandi akagenda ashirako commentaire  ngo ntaco ibaye.


Samantha : Samantha rero ngo kuva aho yaciriye mumahiganwa akomeye ngo yigira umustar wisi yose, hamwe no mumafoto ngo usanga mengo ntabwo aba muburundi, ugasanga yifatira amafoto nabazungu kenshi cane, akiyambika inyambaro nkiyo hanze, kubera uwo mukobwa yamenyekanye muri ayo mahiganwa afise abantu benshi bamukurikira kumbuga ngurukana bumenyi. abantu benshi badushikirije ubutumwa batubwira ngo Samantha ico azi coco arazi kwigana indirimbo, ariko iyo yifondeye biramugora cane, ngo aracafise urugendo. samntha ngo nkindirimbo ya céline dion yarayiganye hamwe wibaza ngo ni céline dion ariko araririmba ngo ari nayo mpamvu yageze kure ngo mwihiganwa primusic.

Miss Bikiyo :  Miss bikiyo ngo nawe yifata nkumustar akomeye cane. kuva aho ngo asohoreye indirimbo serious man, ikaba yarahitinze kubera amasamamu yayo eka niyo ndirimbo yari iryoshe cane, iyo ndirimbo rero ikaba yaratumye amenyekana, benshi mubafana babarundi niho baca bumva avuga kuma site internet ko amasanamu yayo yayikoreye mubihugu vyinshi vyo muri afrika, ethiopia, kenya, ouganda,nayandi i burundi
abantu baca batangura kwibaza clip ikorerwa mubihugu bishika kuri bine, nimba ari film. 
hama rero miss bikiyo be numugabo wiwe, nibo bagaba site web iwacuvision.net 
kuri iyo site muma toptube ntihigera haburamwo indirimbo ya miss bikiyo. abafana babarundi bamwe. abarundi bamwe ntibavyumva, ngo ugasanga indirimbo ya miss bikiyo niyo itangura muma classement.

                                                Alida baranyizigiye
                                                    Samantha NZ
                                           Miss Bikiyo


Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe