Mu gihugu gituranyi cu Rwanda, habayo umuririmvyi yitwa Dr jiji uwo muririmvyi akaba akunda gukora amasanamu meza, eka ntakwo atagira usanga yashizemwo abakobwa beza, kandi benshi cane, benshi baribaza iyo amafranga ayakura kandi ngo atabiteramo akunda gukora ngaho mu gihugu cu Rwanda kandi atumunsi ngo aritabirabira amarushanwa, nkirushanwa rikunda kuhaba burimwaka, yitwa Guma guma superstar. haba namarushanwa akunda kuba yitwa saralx award ntabwo yigera abonekamwo, ariko clip ziwe ugasanga zirakeye kurusha abama muri ayo marushanwa, ariko abantu benshi baciye ngo bibaza ko yoba afise ubundi buzima bwiza hanze yumuziki. Dr jiji rero ama clip yiwe uko yagenda asohora imwimwe yagenda ivurwaho vyinshi kuvyereke abakobwa, nkaho hari iyasohotse muri 2013 afatanije nabandi baririmvyi bomurwanda, indirimbo yitwa Antere ibuye.
ubu rero uwo muririmvyi dr jiji aheruka gusohora clip yoyo yaje ihebuza, irenze izindi, isanamu irimwo abakobwa bariko baramera nkabariko barakora ubusambanyi, abakobwa baniha kurya umukobwa aniha iyo yishimiye umugabo wiwe mugihe bariko barakora imibonano mpuzabitsina. kandi iryo sanamu hakaba habonekamwo uwo umukobwa amusanga muri douche bariko barakoranako. abakobwa bayirimwo babajijwe uko babibona, bose bishura ngo ntaco bibatwaye kubera ngo nibintu bitabaye, ninkama film. kandi ngo imbere yo kuja muri ayo masanamu baba banabwiye abavyeyi. muri make ngo ntaco bibatwaye kubera ngo ni nkafilm, ntakintu cabaye.
amafoto
Raba iyo clip vidéo hano
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe