vendredi 6 juin 2014

Big Fariouz : ifoto iriko iratera amazinda abantu benshi.

Muri iyi minsi niho kumbuga zitandukanye kuri facebook habonetse ifoto ya fizzo arikumwe numukobwa, iyo foto rero, uyiravye vyihuta ubona mengo umukobwa yafashe mwipantalo fizzo, ariko sivyo namba, iyi foto uyiravye neza ukuboko kwumukobwa kuri kugasakusaku ka fizzo. iyo foto rero aho twayibona mu mbuga zitandukanye kuri facebook abantu benshi bihenze, bamwe bakandika ngo fizzo ibintu nkivyo aremera ko babimukorera imbere yabantu. naho benshi baciye batangura kuvuga ngo fizzo ntakigenda, ngo ubu baramwanse. ico abantu batamenye bamwe nuko kwifoto abantu bayishirako bandika ngo kwifoto hariko umutego. bamwe uwo mutego ntibawubonye. kubera uyiravye neza uca wibaza ngo ukuboko kwuwo mukobwa kuri mwipantayo nkaho wagira ngo umukobwa ariko aramukabakaba kugitsina, fizzo nawe kwifoto aca arasinzira amera nkuwaryohewe. ariko rero kwifoto ntabwo arivyo namba, woitegereje neza.

raba ifoto niyi

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe