ifoto yavuzweko vyinshi. nifoto ya Inarunyonga na elly's boy, aho abantu bincuti babazi neza ubuzima bwabo bwaburi munsi, bavuga yuko bakundana. ariko ubajije elly's boy akavyamira kure, canke ubajije Inarunyonga akavyamira kure. ariko vyatanguye kuza biribonekeza kwifoto bafatanye aho Inarunyonga yari amwicaye kubibero, abantu bagatangura ko hoho babishize ahagaragara, ariko bakomeje kuvyanka ko batari murukundo, hama clip ya mkomboz na Ali kiba wo muri Tanzania irasohoka, dusanga muri clip harimwo inarunyonga na elly's boy bariko barasomana kumunwa, nivyo barabihakana ngo nubucuti.
abantu bakiyumvira bati : nincuti zisigaye zisomana kumunwa ? hama niba elly's boy afise umukunzi hama akabana ariko arasoma inarunyonga ntaco vyamugira ? !!!. ariko ivyo vyose nibabibazo abantu bagiye bibaza, ariko ubonye abantu bariko barasomana kumunwa, mubisanzwe ntakindi urondera uca ubona ko bari murukundo. ariko ivyo vyose vyagiye birengerana bihebwa biribagirwa.
raba ifoto
raba vidéo ya mkomboz na ali kiba,yasohotse mumpera za 2013, aho tubona Ellys boys bariko basomana
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe