Umuririmvyikazi Ashley girukwishaka, kuri ubu nimushasha mumuziki ariko benshi bari bamuzi muma karaoké. niho yaciye afata icemezo co gusohora ama indirimbo ziwe bwite, vyose kugira abe umuririmvyi wumustar, kubera kenshi muma karaoké uba uririmba indirimbo zabandi bastar, Ashley wewe yaciye avuga ati, nanje reka mfonde indirimbo zanje, nigihe bazoza barampamagara muma karaoké nzoze ndaririmba indirimbo zanje ziri kwizina ryanje. Ashley rero umuririmvyi akunda ni Rihanna. Rihanna rero kwisi yose akaba ariko aravurwa muma show bizz inyambaro yagiye yambaye igihe bari bagiye mu bihembo vyama award. Rihanna rero akaba ari umustar kwambara ubusa yabigize umwuga, benshi iyo umustar yiyambitse ubusa baca bamwita indaya. abiyumvira ukwo rero sivyo, kwiyambika kurya ngo bivana numwuga uba ukora, umuziki ngo numwuga nkuwundi, ukuntu abastar bifata muma clip siko baba bameze muhira, Rihanna rero arafise numugabo kandi uwo mugabo ntaco bimutwara kubona rihanna yiyambika kurya.
None inyambaro nkizo za Rihanna Ashley ashobora kuzoza aramurabirako ?
tubibutse ko umuririmvyikazi Inarunyonga nawe yari yambara sexy nkakurya kwabanyamerika
munyuma arabivamwo.
Ashley
Rihanna
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe