Umuraperi Lilmafia akaba yasohoye indirimbo yakoranye numunyarwanda azwi wkizina rya Big Voice, bose bakaba bakorera umuziki mu gihugu ca Belgique/. lilmafia mubisanzwe yakora hip hop gangster aho kenshi yaba ariko ararapa ubuzima bwabantu bakora amakosa, nkaho yaririmvyi indirimbo ivuga ngo uwo mujama nukumukubita, iyindi nayo akayita mana yuburundi, aho avuga ibintu vyinshi bijanye ningorane zubuzima, ubu rero lil mafia mundirimbo yiwe yakoranye nuwo munyarwanda biv voice avuga amajambo yukurundo aho avuga ngo ( we bajama mureke amapalapala, kumugore wanje ntunzanire izo mbarara ) imbarara mubisanzwe bikaba bisigura amenyo ninkaho yavuze ngo kumugore wanje ntunzaneko ayo menyo. iyo ndirimbo rero ikaba iri mubwoko bwa afro-beat ivyinika.
yumvirize hano
lilmafia
lilmafia ari kuri stage, aho nyene mugihugu ca Belgique
Big Voice
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe