Film nshasha nshasha yumusore akora umwuga wo gutwenza azwi kwizina rya Thomas Ngijol wumufaransa, hazobonekamwo umuraperi akomeye cane muri France azwi kwizina Rya Kaaris. uwo muraperi Kaaris akaba ari umuraperi avurwa cane mumahanga, akunzwe cane nimiyabaga, akaba ari umuraperi avuga amajambo kenshi atubaka, ariko benshi bakaba bamukundira imirapire yiwe ningoma (beat ) ziwe. uwo muraperi akaba yatanguye umuziki kera ariko ntiyamenyekana, mukumenyekana yakoze indirimbo arikumwe numuraperi akomeye nyene yitwa Booba wumufaransa avanze numu sénégal. kubera iyo ndirimbo bakoranye Kaaris aca aramenyekana cane. ubu rero Kaaris akaba agiye kuboneka mwi film izosohoka itariki 16 juillet 2014, tukaba twabaronkeye imponjo yiyo film, uko izoba imeze.
Kaaris ariko arakaraba inzoga muri clip yiwe yise zoo
Thomas Ngijol
Raba iyo imponjo yiyo film ya Thomas Ngijol
izosohoka itariki 16 juillet 2014
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe