jeudi 19 juin 2014

Beyoncé, kelly na michelle williams biganye abarundi

Abaririmvyikazi bazwi kwisi yose, aribo beyoncé, kelly na michelle williams, bamenyekanye mundirimbo zikomeye nka soldier nizindi. muri iki gihe baturumbikiye abafana babo, aho reri nindirimbo baheruka gukora iri mu bwoko bwa afro-beat, nubwoko bwindirimbo tutari tubamenyereyeko, nubwoko muri iki gihe bugezweho, nko muri nigeria,Rwanda,ni burundi zikaba aitaratangura kuhaza neza, , ariko bayikoze, ivyiza birimwo baciye banashirako abantu bariko baravuza ingoma zakaranga kikinyafrika arico bita jembé, nukuntu abantu bakubita ingoma, i burundi tumenyereye dukoresha imirisho, ariko hari ibihugu bakoresha ibiganza, nkuko mubizi ibihu vya afrika kimwe cose gufise akaranga kaco, abo baririmvyi rero bashatse no gsuhiramwi ikintu cikinyafrika kugira berekane ko nabo ari abanyafrika naho bavukiye muri amerika ariko amaraso namanyafrika. ari naco kenshi abafana babakundirako abaririmvyi mwenabo bamenya iyo bakomoka.
raba vidéo hano

                                              Beyoncé, Michelle williams, Kelly

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe