samedi 24 mai 2014

Umuraperi Lilmafia umunyonzi na comedie aravanga

Umuraperi Didier kwizera azwi kwizina lil mafia umunyonzi. azwi mundirimbo zitarinke, nka mana yuburundi, igikoko remix, uwo mujama nizindi. uwo musore rero naho akora Hip hop mubuzima bwiwe bwa burimunsi ngo aratwenza cane, nkuko tubibwirwa nincuti ziwe za hafi. ngo lilmafia ayo atanguye ikiyago ntiwokwipfuza gutaha.nkuko nta lilmafia yaheruka kubivuga kuri facebook yiwe avuga ati : ubu mugiye kubona isura yanje nyayo kubera iyo nerekana mumuziki ntabwo ariyo. mubisanzwe ishusho rya lil mafia numuntusore atwenza.
kuri uyumunsi wa gatanu itariki 23/05/2014
niho yashize i vidéo yiwe kuri facebook yiwe ariko arigana ama publicité yo kuri télévision aho avuga yuko
yaserukiye icupa rishasha ya alcool yitwa Vodka. yuko rizosohoka 2015 wumvirije urumva nyene ko yavyiganye abishira muri comedie.

Raba vidéo hano. mdr
https://www.youtube.com/watch?v=SU7eKS-xWAs

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe