Umuririmvyi azwi cane kwizina Lolilo. ari mubatanguye umuziki kera mumyaka imwe, nka Fizzo, channy queen nabandi. Lolilo rero mumyaka ya 2009 niho yari yagiye kuba muri Belgique, ico gihe yakundana numuririmvyi Channy queen, ico gihe rero asiga channy queen i Burundi, ariko aho yagenda muri Belgique vyavurwa ko yari yagiye no kwegera umugore wiwe wundi bari bafitaniye umwana, uwo mugore nawe akaba yarazwi kwizina Adidja uwomugore wewe yaba mu Bwongereza ari naho nubu akiba. lolilo rero ageze muri belgique yahamaze imyaka itari mike ishika ntitatu ukwo tugereranije. niho rero twagiye twumva ko Lolilo yagarutse i Burundi Burundu. aho rero ibihuha bica biragwira, bamwe ngo Ububiligi bwa mwimye ibipapuro nibindi vyinshi.ico gihe rero agarutse i burundi yari yteguye nigiteramo gikomeye cane cahuriyemwo nabaririmvyi benshi cane biburundi. ashitse i Burundi asanga channy queen yifataniye nuwundi musore, nuwo musore akaba ari umustar akomeye azwi kwizina R-flow abariza mumurwi wiwe witwa The Cousin. ico gihe rero ntivyari bikomeye kuri Lolilo, vyaramubabaje mubiganiro hose avuga ngo ivyo bintu ntavyumva gusiga umugore i burundi agarutse agasanga bamumutwaye. ico gihe lolilo yaravuze ati ntamahitamwo mfise. ahitamwo kwiyumanganya. ico gihe yarakirikumwe na adidja, munyuma hatangura kuvurwa urukundo hagati ya Olga, ariko bakavyiyamiriza, hongera havurwa ko lolilo yarafise uwundi mugore ahantu i burundi nyene aho yagiye ahasanga ngo umusore arashavura amenagura ibintu vyo munzu kuri uwo mukobwa, arinavyo vyatumye aca aja mugasho. ivyo vyose Adidja abibonye ati oya sinovyihanganira, atumira abaririmvyi biburundi aho adidja yari yaje i Burundi. ico gihe abwira abastar yari yatumiye ko atagikundana na Lolilo naho bafitanye abana ko atarukundo bafitaniye hagati yabo.adidja aca asubira mu bwongereza hama munyuma Lolilo aca ahura numukobwa winkumi yitwa Loliane ari nawe muri iyi minsi ariko aravurwa cane
mumuziki ndundi.
aya namafoto yafashwe aho Lolilo yaba muri Belgique
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe