Umuririmvyikazi yitwa kelly yaririmvye mu Giteramo cabaye muri Tanzania ahitwa ngo Dodoma cari cahuriwemwo nabastar benshi bo muri Tanzania. uwo mukobwa rero akaba yagiye kuririmba kuri stage yambaye ubusa atasiripe yambaye.
abantu bakimubona aserutse kuri stage bakomye induru. aho benshi baguma bashaka kuja kumuvyinisha, yagize hakaba hagize amahirwe umusore umwe bavyinanye bimwe vya danger. uwo mukobwa akaba yarabajijwe nabamenyeshamakuru igituma agenda kuri stage yambaye uko. nawe akaba yagiye arabishura ko ngo yambara uko ashaka, inyambaro nkiyo ntaco biba bimubwiye, ngo kuko ntiyambara kubwabafana yambara ibimushimisha. ngo imbere yo gushimisha abafana arabanza akishimisha imbere ya vyose.
Raba amafoto
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe