samedi 10 mai 2014

Yvan yasohoye indirimbo nshasha

Umuririmvyi Yvan muzik aheruka kugaruka i burundi aho yaravuye mumahanga, nka dubai, aho yaje azananye numukunzi wiwe. uwo mukunzi wiwe akaba ngo mubisanzwe aba muri belgique. ico gihe rero ntiyamusize, yahise azana nawe i Burundi. ubu rero akaba yasohoye indirimbo yinkora mutima.
tukaba tutaramenya inkuru yiyindirimbo ngo twumve niba yayiririmbiye umuntu yarakumbuye, nkuko abivuga mundirimbo.

       


                 Umviriza iyo ndirimbo yiwe nshasha hano


Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe