lundi 19 mai 2014

inyambaro nshasha mubastar ( chris brown na Wizz kharifa

nkuko imyaka igenda yiyungera niko ninyambaro mubastar zigenda zihinduka, kenshi ziba mubastar bakora umuziki mubwoko rwa RnB na Hip hop . nkiyo uvyitegereje inyambaro yo muri za 2005 kugenda gushika 2011 yambara bake cane aho hatanguye bambara udupantalo dufata kandi kera muri iyo myaka bambara amapantalo manini cane, bakambara namachene no mwizosi nibindi vyiza bikayangana. nyuma ya 2011 niho hatanguye haboneka abaririmvyi bambara udupantalo dufata numuraperi wibaza ko atotwambara ugasanga aratwambaye. bityo rero inyambaro igakwiragira hose. ubu naho hari inyambaro nshasha iheruka kuza aho usanga umuntu agenda akenyeye umupira, ivyo rero bikaba vyatanguye kwibonekeza mundirimbo zifise clip, aho twovuga nkindirimbo aheruka gusohora.yakoranye nabandi bagenzi biwe nka lil wayne. iyo nyambaro rero ikaba yaranashitse mu gihugu curwanda. nabanyarwanda aho umurwi uririmba witwa Active bavyina bakenyeye imipira. ugukenyera imipira rero ntibivuze ko baba badashaka kuwambara, nuko nyene ari ngo inyambaro igezweho. tuvuye kuri chris brown. ivyo bikaba biraboneka mubastar bacu babarundi. naho ubu naho habonetse iyindi nyambaro yumuraperi Wizz khalifa. inyambaro ya wizz khalifa yoyo sinzi ukuntu twoyibabwira nimuyirabe hano

inyambaro nshasha yo gukenyera imipira
                      Chris brown
                                 Active : Rwanda
                                 niyi nishasha izanywe na wizz khalifa
niba wabonye nawe ayamafoto, izi nyambaro ( style ) uzibona gute ?


Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe