Uyu ni Samantha kwisabukuru ryiwe ryamavuko. yabonanye na big fariouz. iyi ikaba ari ifoto Samantha yashize kurubuga rwa facebook yiwe, aho abantu batangaye kururwo rubizu, umwe mubafana biwe bashirako commentaire bamubwira ngo '' ebana wari wamusomye wabuze umukenke ngo umugotomere. nawe niba tutibagiye yishure ngo nawubuze nayo ahandi nari kumugotomera.
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe