jeudi 3 juillet 2014

Inès Musabe mumasanamu yindirimbo cangu ni cangu ya Matabaro na R-flow ( amafoto )

Indirimbo Cangu ni cangu iheruka gusohoka, ikaba yaririmbwe na matabaro afatanijwe na R-flow. ubu ikaba iriko irakorerwa amasanamu. muri iyi minsi matabaro akaba atariko aravyorosha. nkuko aheruka kuvyivugira
ngo ubu agiye gukora bimwe vyakarorero.ivyadushimishije cane, nuko uyu mukobwa atahora aboneka muma clip cane, yasa nkaho yari yarahagaritse, kubera tumuzi muma clip ya kera muri za 2006. uyu mukobwa rero kandi akaba ari mubakobwa bakunzwe  cane, kubera inyifato yifata muma tournage yama clip, kubera usanga clip iryohera ijisho.
raba amafoto


 Umviriza indirimbo cangu ni cangu bariko barakorera amasanamu

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe