akaba aheruka gusohora clip, akaba yishimye cane kubera clip yiwe yagenze uko yabishaka.
akaba anavuga yuko clip yiwe yipfuza ko abarundi bayibona kubera harimwi ubutumwa bukomeye, nkuko biboneka muri vidéo. nkuko lil mafia aba avuga, indirimbo isigura umwana yananiranye yama yagiye kwiba kandi agiye kwiba akajana nkimbugita, ngo abantu nkabo rero ngo nukubakubita bakabaha, bakabigisha ukuntu basononera. kandi akaba amenyesha yuko ubu abantu bazobona ibintu bikomeye biva kuriwe, ngo hari nindirimbo vuba izobashikira, gusa ngo yoyo ntabwo izoba iri mubwoko bwa hip hop, ngo izoba iri mu bwoko bwa Afro-beat, mwenezirya zabani nigeria.
raba iyo clip aheruka gusohora
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe