Umuraperi akunzwe cane i burundi, ariwe Mkomboz, kumusi wejo niho yahimbaje isabukuru ryamavuko yiwe, akaba yujuje imyaka 26. aho rero mubatumire, hakaba harimwo abastar benshi, nabamenyashamakuru bo kumuradio. ucadutangaje nuko Sharifa luna uwahoze ari umukunzi wiwe, atawe twigeze tubona mumafoto yahafatiwe, kandi abaje bose, bakaba batashe ngo bishimye, ntawatashe yidoga. Mkomboz nawe bikaba vyaramushimishije cane, kukuntu abantu bitabiriye ubutumire bwiwe. kandi tubibutse ko abakunzi bumuziki wa mkomboz, hari nindirimbo yiwe iri munzira yitwa Nzeyimana.
raba amafoto
Igga asma, Chany queen be nincuti yabo.
Dogo A na Lolilo nabo bari bahishikiye
nkuko mubibona na R-flow ntiyatanzwe
Mkomboz na Yvan Muzika
Mkomboz na Chany queen ngo ntitwogenda tutariye agafoto.
Inarunyonga nawe akaba yari yahishikiye, yambaye nagahuzu gatanga akayaga mu bushuhe
Fizzo nawe yari yahashitse.
Bindondo nawe ati sije nohahera. yahashitse imbere ya bose.
bariko barafata imfunguro
Amir pro nuyu musore wo hagati winzobe. nawe yari yahishikiye
nkuko mubibona bari banezerewe, bakoma amashi
photos : afrifame.bi
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe