umuririmvyikazi mushasha Lady Grace. aho amaze gusohora indirimbo zibiri, imwe akaba yari yayikoze mumyaka ya kera nko muri za 2012, iyo ndirimbo ikaba yari yarakunzwe yari yayise warihe. aho akaba yahise asa nuwuhagaritse umuziki. muri uyu mwaka wa 2015 niho tuje tumubona, tumubonana inguvu zidasanzwe, nawe aho yagiye abivuga ko umuziki agiye kuwuvyukira. abantu benshi bamukurikira kumbuga nkorana bumenyi, barabona ko ivyo avuga arivyo, igihe cose aba ariko aramamaza ibikorwa vyiwe. ubu rero akaba aheruka gusohora indirimbo yise Ntawukuruta. akaba yahise anayikorera amasanamu. vuba rero ayo masanamu murayabona.
raba hano uko vyari vyifashe.
umviriza hano iyo ndirimbo hano imbere yuko uzoyibona amasanamu
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe