Umumenyeshamakuru atamaze igihe kini afashe uwo mwuga azwi wkizina rya Raïssa ininahazwe, akorera mukiganiro Ikirere show yagaragaye yifotoje amafoto yurukuruzi. uwo mumenyeshamakuru kandi akaba amaze kugirana ibiganiro nabaririmvyi benshi, mubisanzwe kubakurikira muzika ndundi muramuzi. aya mafoto akaba ari amafoto twahawe nabamwe muba paparazzi bahano i Buja. nkuko burundi hit ikora igenda irafata amafoto hirya no hino yabastar iyerekana kugira mumenye abastar ubuzima bwabo bitabagoye. aha kuri burundi hit uzoza urahasanga amafoto ama vidéo nibindi vyinshi bibera mubastar.
raba amafoto yuwo mwigeme Raïssa Ininahazwe.
pas mal les photos de Mlle Raissa!!
RépondreSupprimer