mardi 20 janvier 2015

T max Numukunzi wiwe Martine


Umuraperi T max aherutswe gukizwa nimana aho yahatswe kwitaba imana mwisanganya yimodoka,
hamwe umuntu yabonye ko yavuye kure, munyuma hakaba haravuzwe inkuru nyinshi, naho T max yashavuriye abatanze inkuru zitarizo kuvyerekeye uburwayi yarafise, nabantu baza kumuraba mubitaro bazanywe nikumubwira ngo imodoka yawe yapfuye. nibindi vyinshi. ubu naho unomunsi T max yashize kuri facebook yuko ari mu mwidegemvyo wo kureshwa murukundo ( relation libre )
bikaba vyatangaje benshi batangura kwibaza niba yoba yatandukanye numukunzi wiwe Martine.
martine nawe akaba yahinduye izina, aca ashirako nifoto yumunyamahanga. abantu benshi ubu bibaza niba ariwe yasimbuye T max, ariko kuri facebook yiwe haracanditse ko yubatse. T max niwe wenyene yahinduye ashirako ko afise umwidegemvyo wo kureshwa murukundo.
                                       
                                          kuri profil ya T max


ibihe vyiza bagiranye

umviriza indirimbo yasohoye avuye mu bitaro, indirimbo yakoranye na matabaro

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe