jeudi 27 septembre 2018

Nyuma ya Iry Tina ubu naho ni Nelly Nat

uyu mwigeme azwi kwizina rya Nelly Nat benshi muri mwebwe muramuzi nko mubuzi bwo kubumenyesha amakuru.
uyu mukobwa asanzwe ari umukobwa akunda kwifotoza amafoto yisanzuye, amafoto sexy mukirundi bita amafoto nkurura bagabo akaba ariyo akunda kwifotoza, nyuma rero ya Iry Tina duheruka kubona amafoto yiwe sexy ubu twashobora kwibonera iyi yuyumukobwa, mubiswanzwe akora amafoto sexy nkuko bisanzwe, ariko iyiyo iri kurwego rwohejuru.







iyi niyakera.

mercredi 12 septembre 2018

Ifoto Sexy ya Iry Tina iriko iravurwa cane muri muzika Ndundi



iyi niyo foto iriko iravurwa cane kumbuga nkorana bumenyi zahano Buja,

tukaba twashatse kuraba iyi foto niba ariwe yayisohoye, dusanga ntabwo iri kuma site nkorana bumenyi ziwe, tugaca twibaza ati none iyi foto yafashwe nabapaparazi canke.

kubwacu tubona ari sexy da, weho ?