Kwamamaza i Burundi

Paparazzi

mardi 13 août 2013

Abakobwa bavyina cane hagati yabo

benshi barabona abakobwa bariko baravyina hagati yabo bamwe bamwe bakibaza ngo nibabakobwa bakundana basangiye ibitsina. ivyo rero rero twaratohoje turabaza umukobwa umwe atashatse kwivuga izina avuga ati : twebwe abakobwa nikwo tumeze tuba dufitaniye urukundo, kuburyo niyo noba ndiko ndavyinana numu copine wanje numva ataco bintwaye. murabizi tunakunda guhamagara utujambo ngo mon amour, ma cherie, nayandi majambo; ariko ivyo rero ntibiba bishatse kuvuga ko turi bamwe mwibaza (lesbienne ) iyo myitwarire rero ushobora no kuyisanga mu ma boite de nuit nahandi, donc nukwo abakobwa tumeze.







Publié par Unknown à mardi, août 13, 2013
Envoyer par e-mailBlogThis!Partager sur XPartager sur FacebookPartager sur Pinterest

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe

Article plus récent Article plus ancien Accueil
Inscription à : Publier les commentaires (Atom)

Burundi Hit

Unknown
Afficher mon profil complet

Archives du blog

  • ►  2018 (3)
    • ►  septembre (3)
  • ►  2016 (7)
    • ►  octobre (3)
    • ►  avril (1)
    • ►  mars (1)
    • ►  février (2)
  • ►  2015 (26)
    • ►  octobre (2)
    • ►  septembre (4)
    • ►  août (5)
    • ►  avril (8)
    • ►  mars (4)
    • ►  février (1)
    • ►  janvier (2)
  • ►  2014 (127)
    • ►  décembre (15)
    • ►  novembre (5)
    • ►  octobre (6)
    • ►  septembre (10)
    • ►  août (17)
    • ►  juillet (17)
    • ►  juin (27)
    • ►  mai (28)
    • ►  février (1)
    • ►  janvier (1)
  • ▼  2013 (23)
    • ►  décembre (4)
    • ►  novembre (8)
    • ►  octobre (6)
    • ▼  août (5)
      • New Clip Vidéo : Lolilo yasohoye clip vidéo nshasha
      • Abakobwa bavyina cane hagati yabo
      • Concert babiri babiri ukwo yagenze (amafoto )
      • amashusho yindirimbo Eclaire moi ya Kolly
      • Olga : Irya foto ni Montage

Consultations de pages de la semaine précédente

Articles les plus consultés

  • changu ni changu Official clip vidéo by Matabaro ft R-flow
    iyi ni clip vidéo nshasha basohoye abaririmvyi Matabaro na R-flow. ikaba ari clip yari irindiriwe cane nabatari bake, kubera mumezi ahera tw...
Thème Voyages. Images de thèmes de Maliketh. Fourni par Blogger.