samedi 10 août 2013

Olga : Irya foto ni Montage

Umuririmvyikazi Olga akaba ari mubaririmvyi babarundi bazwi cane, aho yagiye akorana indirimbo nabastar benshi bakomakomeye.mumisi iheze abakunzi bumuziki wiwe, baratangaye babonye ifoto yasohotse kuri facebook, iyo foto rero ikaba iriko Olga na Chanella bariko barasomana vyagi cherie.
ifoto ikaba yarakwiragiye henshi kumbuga za facebook. Olga nawe akaba nawe iyo foto ngo atazi iyo yavuye, kuko kubwa Olga avuga ko arifoto yinkorano (montage ) mumajambo ya Olga yavuze kurubuga rwa facebook yiwe ati : '' please ndabasavy mureke gucafuza izina ryanje iyo foto ni montage ntabwo arivyo ...uwakoz iyo foto imana imubabarir kubera ntazi combien d foi vyambabaje nukuntu ariko aronona reputation yanje .!!
 


                                 niyi foto Olga yiyamiriza avuga ko ari inkorano

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe