Kwamamaza i Burundi
Paparazzi
mardi 13 août 2013
Concert babiri babiri ukwo yagenze (amafoto )
Igiteramo babiri babiri cari categuwe numu nabaririmvyi Black G aka Black Africano na Miss Bikiyo. igiteramo kikaba cagenze neza, Miss Bikiyo akaba yavuze ati : igiteramo cagenze neza cane.
Miss bikiyo ngo akaba yamanutse i Bujumbura unomunsi. raba amafoto amwe muyafashwe mugiteramo.
aha bariko baratumira abantu imbere yuko concert iba
k
Miss Bikiyo
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe
Article plus récent
Article plus ancien
Accueil
Inscription à :
Publier les commentaires (Atom)
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe