Umuraperikazi akomeye mu gihugu ca USA, yabonetse kuri scène ariko aririmba yambaye akabutura kerekana igitsina ciwe. abantu bakaba baratangaye niyo nyifato. abantu bakaba baribajije igituma yari yambaye ukwo, kandi mu giteramo yaraja mubafana bakamukorako, bakamuterura.
raba iyo foto yafashwe ariko araririmba
lundi 25 novembre 2013
jeudi 21 novembre 2013
Indirimbo ''izina ryawe '' yumuririmvyikazi Alice Keza
Umuririmvyikazi Alice keza, numuririmvyi akiriko araduga mumuziki. akaba azwi muri clip yumuririmvyi patient matabaro mundirimbo yiwe yise '' bite ? ''
uwo mukobwa rero munyuma akaba yaciye aja mumuziki. iyo ndirimbo yiwe yasohoye ikaba kandi yabaye indirimbo yukwezi kuri site web izwi cane nabantu batari bake, ariyo www.Indundi.com
yumvirize hano
iyi nifoto yiwe ari kuri plage

dimanche 17 novembre 2013
Bamwe mubastar babakobwa baririmba nabakora akazi ko gukina muma clip vidéo Ndundi.(actrice )
Menya amakuru promoted, yarabarondereye abigeme bakora umuziki nabakora ubuzi bwo gukina muma clip arivyo bita Actrice mururimi rwigifaransa. mubigeme twashoboye kuronka amafoto yabo, harimwo abavanga ubwo buzi kari bubiri, nibintu bisanzwe kubera kenshi Gukina film sibintu vyoroshe. ariko iyo uri umuririmvyi kenshi umuririmvyi akunda kuba azi gukina film. kubera burya biragoye nko kwiriza kandi utakintu kikurijije, canke kwishavuza kandi atakintu kigushavuje. kenshi rero abaririmvyi bamwe bamwe baca bitiza kubantu babishoboye mu baririmvyi. Ariko hari bamwe bamwe bahora bakina muma clip vidéo munyuma bagakora umuziki. ivyo rero bavyita ngo Gufashanya muri Art. aha reroturabereka abaririmvyikazi babarundi nabakinyi bo muma clip vidéo.
Sharifa Luna : azwi muma clip nka siwezi ya elly's boy
nawe amakuru twagiye twumva hirya no hino, ngo agiye gutangura
kuririmba vuba cane.
Inarunyonga : Umuririmvyikazi amaze kumenyekana cane,
azwi cane nko kundirimbo Sugar dady acitwa miss arlaine, mumisi yahera yariyerekanye cane, mu biteramo yagiye ajamwo.
Ariane kanyamuneza : Numuririmvyikazi azwi nko kundirimbo yitwa
hankana abakundana, akaba yafasha na kidumu muma concert.
Annick kabatesi : numukinyi wo muma clip vidéo nka sheba ya R-flow wapambe ya Yvan muzik akaba nawe aheruka kwinjira mumuziki, ariko nubu aracakora ubwo buzi. kandi akaba akora nimpuzu zibiti, nkizo mpuzu yambaye niwe azikorera, akambika nabaririmvyi bakora indirimbo zakaranga nkakurya kwa steven sogo, shazi kool nabandi.
Samatha : Numuririmvyi akaba akunzwe cane nabantu kwijwi afise ryiza, aho yanagize amahirwe yo kuja mwihiganwa Primusic kandi akagira ikibanza gishimishije, Primusic ya mbere yabaye uwakabiri, primusic yakabiri yongera aba uwakabiri. akaba zwi no kundirimbo Diama yakoranye na Big fizzo
Olga Lorie : numuririmvyikazi ari mubastar bakomeye cane hano buja aho amaze Gukorana indirimbo nabaririmvyi benshi nka Lolilo,elly's boy,nabandi benshi. hari abamuzi nko kundirimbo yakoranye na lolilo yitwa Akarorero.
Thity Love ; Numuririmvyikazi akaba nawe kera yakina muma clip benshi bamuzi nko muri clip Kuri kakagezi ya Rally Joe, uwo mwigeme rero ubu akora umuziki kandi akaba nawe amaze Gutera intambwe nziza. akaba hari nindirimbo amaze gusohora nka Kwanini, baby boy nizindi.
Ingrid september : Numukinyi wama clip vidéo azwi cane nko kundirimbo '' Icokumpa'' yumugwi Indimu. Ingrid nawe rero akaba yaciye yinjira mumuziki, aho amaze gusohora indirimbo yitwa Uzohateba niyindi aheruka gusohora arikumwe numuraperi wo mumurwi Guestion-G ariwe Josdy, indirimbo ikaba yitwa leo.
Miss Nono : Numuririmvyi akaba afise indirimbo zitarike, benshi bakaba bamukundira ijwi ryiwe ryiza, akaba azwi nomuri clip vidéo yindirimbo burundi bwacu yakoranye na Belly nice, niyindi aheruka gusohora yise hora nkwinginge.
Chany Queen canke Chanella : numuririmvyi, ari mubaririmvyi bazwi cane, hano i burundi. benshi muramuzi yataguriye umuziki rimwe naba Lolilo, Fizzo nabandi benshi.

jeudi 14 novembre 2013
ifatwa ryamasanamu yindirimbo princess keryin ya Kook-k. ( Amafoto )
Umuririmvyi Kook-k muri iyi minsi ariko arafata amasanamu yindirimbo yiwe Princess keryin. iyo ndirimbo rero mumakuru twagiye twumva hirya no hino yuko, clip izoba ari iyagakura. nkaho tubona bariko barayifatira kumazi, harimwo umukobwa yambaye impuzu zo kuri pisine. ayo mafoto akaba yafashwe mugihe bariko barafata amasanamu kuri lac tanganyika.
raba amwe mumafoto yafashwe
Murakoze, iyi blog iriho kubwanyu, izoza ibaha nibintu vyishi mumuziki wikirundi. ukaba ushobora no kudusanga kurubuga rwa facebook hano https://www.facebook.com/#!/MenyaAmakuruPromoted?fref=ts
murakoze.
amafoto : Indundi.com
(Menya amakuru promoted )

lundi 11 novembre 2013
Clip vidéo yindirimbo Princess ya Kook-k
Umuririmvyi akongera akaba umuhinyanyuzi wamasanamu yindirimbo Kook-k,
ubu ariko arakora amasanamu yindirimbo yiwe Prencess keryin yakorewe numuhinyanyuzi windirimbo Rubaza jay, iyo ndirimbo rero ikaba iheruka kuba indirimbo yukwezi kurubuga rwa internet rwitwa indundi.com, nkibintu twamenye kuri iyo ndirimbo mubiganiro yagiye akora. kook-k yaremeje ko indirimbo amajambo ari amajambo nyakuri,yuko yayirimbiye umukobwa ariko tutaba tutabashije kumenya uwo mukobwa uwariwe.
aya namafoto yafashwe mwifata ryamasanamu ryiyo ndirimbo prencess keryin

Umviriza iyo ndirimbo Princess keryin ya Kook-k hano
mercredi 6 novembre 2013
Princess keryin by Kook - k ft Rubanza jay Offcial Audio
Umviriza indirimbo Princess Keryin ya Kook-k afadikanijwe na Rubanza jay
mardi 5 novembre 2013
Inarunyonga : Gukorerwa indirimbo bisaba kugira muryamane
Biravurwa ko Abigeme baririmba bafise ikibazo co gukora indirimbo canke kwamamarizwa ibikorwa vyabo. nkaho nkumuhinyanyuzi windirimbo (producteur ) akunda gusaba abakobwa ngo baryamane kugira amukorere indirimbo. canke ngo kugira amwamamarize ibikorwa vyiwe bisaba ngo baryamane.
ivyo rero biravurwa numwe mubigeme babaririmvyikazi bahano i burundi, ariwe Ndayishimiye Arlaine azwi kwizina rya Inarunyonga, yuko ibintu nkivyo bica intege abaririmvyikazi babigeme.
akaba yanditse kurubuga rwiwe rwa facebook ati :
'''Bonjour
kubakunzi banje bose? Hararibintu maze iminsi nibaza bikansiga! Mbega
kuki aba producteur bamwe bamwe naba journaliste bamwe bamwe bashaka
gudufata nabi twebwe abaririvyi kazi kubera umwuga wacu?kugira
bakugirire promotion yakazi kawe bamanza kugusaba ivyo bagusaba nkuko
umengo igihe Imana yakurema barikumwe ayibwira ati "mushirireko ibyo
nzamusaba!!" birateye isoni kandi barikuduca intege...
cane. Nkaba ndonse akaryo kokubwira nimba harabigeme babaririvyi kazi
bemera kuryamana nabo ba producteur canke aba journaliste kubera
promotion bigumye bihe agaciro bamenye kuwuteza imbere umuntu n'Imana
yonyene gusa. N.B: 1mwohanuriki aba bantu basubiza umuziki wabigeme
inyuma? 2.kuki muburundi umuziki wabigeme udatera imbere?
Gira ico muvuze kubakunda umuziki wabarundikazi. Merci '''
Inarunyonga
Inarunyonga
Uwo muririmvyikazi rero Inarunyonga mumunsi yahera hakaba haravuzwe inkuru hirya no hino kuma site web, kumbuga za facebook yuko ashobora kuba yarabaye arahagaritse umuziki; akaca muvyo gukora ama film.
imwe mumafoto ya filmRaba imwe mundirimbo ziwe
Inscription à :
Articles (Atom)