ubu ariko arakora amasanamu yindirimbo yiwe Prencess keryin yakorewe numuhinyanyuzi windirimbo Rubaza jay, iyo ndirimbo rero ikaba iheruka kuba indirimbo yukwezi kurubuga rwa internet rwitwa indundi.com, nkibintu twamenye kuri iyo ndirimbo mubiganiro yagiye akora. kook-k yaremeje ko indirimbo amajambo ari amajambo nyakuri,yuko yayirimbiye umukobwa ariko tutaba tutabashije kumenya uwo mukobwa uwariwe.
aya namafoto yafashwe mwifata ryamasanamu ryiyo ndirimbo prencess keryin
Umviriza iyo ndirimbo Princess keryin ya Kook-k hano
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe