Bakunzi ba Burundi Hit tubanje kubaramutsa.
Umusore muzi yahora ahinyanyura ama clip vidéo yitwa Black Artur yakora munzu yiwe nyene yitwa Akaga Vidéo. uwo musore muri iki gihe akaba abarizwa muri kenya, ari naho ariko arakorera ibikorwa vyiwe, Black artur rero ngo akaba aheruka kwinjira no mumuziki.
Ubu rero bakaba bahuriye muri kenya numuririmvyikazi akomeye mu burundi ariwe Ashley Diva.
bakaba ngo bariko barakorana indirimbo ndetse namasanamu yayo ngo vuba aradushikira.
nkuko rero tuba turiko turihweza ibica hirya no hino, niho twaza tubona imwe muma page facebook yamamaza umuziki ndundi ariyo Kin home showbizz, isohoye ifoto Ashley na Black artur baryamanye, iyo page yoyo ivuga yuko Black Artur bahuriye kenya, haheze imisi aratéléfona Ashley diva ngo amusange kuri hotel, nuko Ashley aragenda ngo ivyakurikiye ngo nivyo mubona, ariko abandi bakavuga ko ari ifoto ya clip yabo iri mugusohoka.
ariko nokubwa Burundi hit turavyemera ko ari ifoto ya clip yabo iri mugusohoka,
amafoto nayo
mercredi 26 août 2015
lundi 24 août 2015
Ukuntu vyari bimeze muri tournage vidéo yindirimbo Don't wake me up ya Chris brown.
Bakunzi ba Burundi Hit tunabanje no kubaramutsa, unomusi twasimbiye hakurya yamazi, gushika Amerika, kuba tugiye kubereka ivyo hakurya yamazi nikugira nabarundi benshi ababshe kumenya ubuhinga bwo hakurya yamazi, kutyo bagshobora no gushika iwacu, kubera ntitwoguma iwacu gusa, ariko hano tuzoza turahacisha ubuhinga gusa bwo hanze, aho rero hari nkama clip
canke ama film dukunda kubona yohanze, kenshi muri Amerika za Europe nahandi, tukabona imiduga iriko irasha, tukabona nkigikoko kiriye umuntu, ivyo hari abantu bitera ubwoba kubera aba abona ko mengo yagize iryo sanganya, nko kugonga nibindi nibindi, muri ubwo buhinga.
mubantu bakora ubwo buhinga, baravuga bati : iyo dukoze mwenubwo buhinga turagerageza kuburyo abantu bashobora kubona ko bishoboka kandi bidashoboka. nko kugana nimodoka, vyoshoboka ariko barabikora bikaba ibinyoma kubera munyuma umukinyi baramukwereka ko akiri muzima. nuko nuko rero, aha tukaba twashoboye kubaronkera imwe mundirimbo yakunzwe cane ya clip brown, nayo irimwo ubuhinga, naho batashoboye kutwereka vidéo imara iminota myishi ariko naho ari gato karamaze, ahantu twipfuza ko woraba ni nkahantu aba aryamye kugitanda
bindi turabaretse mwihere ijisho. Vidéo iri hasi yayamafoto
Raba vidéo hano
hama uce uraba clip yamaze kwuzura

dimanche 23 août 2015
Amafoto mashasha ya Ashley Diva ariko arasaza abasore kubera amabere yiwe aboneka ( amafoto )
Umuririmvyikazi Ashley Diva, numuririmvyi yamenyekanye mu gihe dito, kubera
uubiri mwiza afise no kuba aririmba neza, afise ijwi benshi bakunze. Ashley Diva rero mumafoto yagiye yifotoza abantu bagiye bamumenya cane, aho yashobora gufata amafoto sexy, kubwivyo rero abantu bagaca baturumbukirwa nayo mafoto bagaca bayahererekana kumbuga za internet nka facebook, twitter, insgram, hwatsapp, aho wasanga nkimisore bakoze groupe ya hwatsapp, ugasanga habonetsemwo mwumuntu ngo ngira ndabereke umukobwa wa danger ( akeye ) gutyo gutyo abandanya amenyekana. Ashley Diva kandi ntiyabihagaritse, ari nayo nyifato yabastar kenshi kwisi yose. akaba rero aheruka kwongera kwifotoza amafoto, ayo mafoto yoyo, arambaye impuzu ariko yambaye akantu kabonerana cane, kuburyo atakantu wambariyeko ari nkaho uba uhenye neza.
ayo mafoto rero niho yayasohora imisore myishi irwa mugahundwe, nkuko muza kubibona kumafoto, murabona ko ari danger.mubisanzwe abakobwa iyo bambaye bashira akantu imbere gafata amabere, ariko bita mugifaransa ( soutien-gorge ) ariko wewe ayo mafoto yayafashe atao yambaye,
amafoto
raba imwe muma clip yiwe

jeudi 20 août 2015
Wari uzi ko Kigingi kera yari Umuririmvyi ? ( Inkuru + Vidéo )
Umugabo mu gutwenza ari mubastar batwenza bambere i burundi, uwo nawe suwundi ni Kigingi.
Kigingi rero akazi ko gutwenza abantu akaba agatanguye vuba, ntamyaka nkine amaze agakora.
Kigingi rero akaba nubu ageze kuntamwe imushimisha, aho asigaye atumirwa nomubihugu vyo hanze.
aho twovuga nkaho aheruka mu Rwanda aho yari yagiye gukorana ico giteramo nabandi bastar batwenza bo mu Rwanda no aho hari haje nuyundi mwigeme yitwa Anne kansime.
ariko rero nkuko Burundi hit yama itohoza cane mubastar bahano buja, twasanze Kigingi yahora ari umuririmvyi mumyaka ya kera muri za 2008 kugenda. Kigingi rero iyo ariko arateramira abantu, hama akigana indirimbo wokwibaza ntazi kuririmba, ariko nyene niko kazi kabantu batwenza baragerageza bakaririmba binyuranye niyizwi kugira abantu batwenge.
aho rero akaba yahora aririmba muri chorale Saint dominique Bujumbura.
Kigingi
Kigingi akaba yaciye gukundwa cane cane nabarundikazi, kubera akunda kuvuga abarundikazi.
aha Kigingi yari yahuriye na Anne Kansime wumugande mu Rwanda.
Raba Kigingi ariko araririmba muri Chorale Saint Dominique
imwe muma vidéo ariko aratwenza

lundi 17 août 2015
Clip nshasha ya Sat B na Nizzo wo Mumurwi Urban boyz wo mu Rwanda.
Umuririmvyi Sat B muri iki gihe abarizwa mu gihugu cu Rwanda. akaba agiyiyo nyuma yaho bujumbura igiriye ibibazo. nkuko twakomeje kuguma tumukurikira mubikorwa vyiwe akora, aho ari mu Rwanda akaba yahasanze umuvandimwe akomeye, bakaba bagendana hose, uwo nawe suwundi numusore yitwa Nizzo abarizwa mumurwi ukomeye ngaho nyene mu Rwanda uzwi wkizina rya Urban boyz. nkuko Sat B rero bizwi mu Rwanda asanzwe yubahwa cane kubera indirimbo nyinshi zagiye zimenyekana no mu Rwanda. aho twovuga nkindirimbo Satura amabafle, canke passion yasohoye mu myaka yahera, muri iki gihe rero Sat B na nizzo bakaba bariko barakora clip yindirimbo Génération moto moto, iyo ndirimbo biraboneka ko izoba ikoranye ubuhanga, nkuko bimenyerewe, clip ikaba iriko irahinyanyurwa na kent-P tumenyereye hano i bujumbura, kubera bagiye bajanye.
uravye amashusho yiyo ndirimbo biraboneka ko clip ishobora kuzoba ikaze cane aho tubonamwo abavyinyi benshi nko mundirimbo Satura amabafle.
ihere ijisho mumuafoto yaranze iyo tournage ya clip

Inscription à :
Articles (Atom)