lundi 31 octobre 2016

mwisabukuru rya Milky Mina, amazi yasutsweko yatumye umuntu amubonera amabanga yiwe (amafoto hano )

Umwigeme akiri muto Milky mina yamenyekanye cane muma clip vidéo yabaririmvyi ba hano I burundi. akaba aheruka gukora isabukuru ryimyaka 20 ans. uwo mwigeme rero nkuko biboneka kumafoto yashize hanze, yerekana uko ibirori vyagenze, biraboneka ko bari muvyishimo bikomeye. hakaba haboneka ko bari banamugiriye na surprise aho bamumenye kwamazi.
nkuko rero tubizi iyo wambaye agahuzu gato ukamenwako amazi biba ibintu bikomeye iyo atagauzu ko musi wambaye (ikariso canke agafatisho-mabere) ubu hano i Burundi tubimeyere mumafoto kenshi Ashley diva akunda guafata ukabona amabere yiwe, ariko milky wewe nisanganya ryamubayeko. uyu mukobwa Milky Mina kandi azwi mubakobwa bambara neza i bujumbura akongera akaba azwi mubakobwa beza bivanye numubiri afise. aho benshi bakimubona muma clip, abantu bshimiye cane kumubona, ninako yahise amenyekana cane.
reka rero tubareke mwirabire amafoto





clip yatumye amenyekana cane
hano i Bujumbura

vendredi 14 octobre 2016

(Sexy ) Amafoto yakataraboneka ya Ashley diva ari mugusaza Abasore.

Umuririmvyikazi Ashley Diva, kumusi wejo niho yashize hanze ifoto yambaye agahuzu kabonerana. kagatuma umuntu abona amabere yiwe uko ari.
ikaba ari ifoto iriko irakwiragira hirya nohino muma groupe ya hwatsap, aho bariko barayihererekeranya. Iyo foto rero ikaba yakunzwe cane bimwe bikomeye. Ashley diva rero ubu akaba abarizwa muri kenya. akaba aheruka hano i Burundi aho yakoze ibiteramo bitandukanye.
aho yakorerye igiteramo i Ngozi ndetse nomuri ca Giteramo ca WCB wasafi.



Raba clip aheruka gusohora hano
hano https://www.youtube.com/watch?v=MCSVxZgbj0o




mushobora kudukurikira kuri page yacu Burundi hit promo.

jeudi 13 octobre 2016

Big Fariouz arakujije waouh!!!!!!

Umuririmvyi Big fariouz muri iki gihe abarizwa mubihugu vyohanze. aho aheruka gukora ibiteramo vyinshi mugihugu cububiligi, ubu naho ageze muri amerika. Fizzo rero akaba aheruka nogushira ifoto arikumwe numwana wiwe yavyaranye numufaransakazi. nkuko dusanzwe tubizi ko ubundi fizzo aba mubufaransa kubera ahafise umugore bafitaniye numwana. tukaba rero twacye tubaronkera ifoto yumwana wiwe, kugira murabe umwana wiwe. ariko tukaba tutashoboye kumenya amazina yiwe. nitwayaenya tuzoyabatangariza.

Vidéo :
https://www.facebook.com/menya.amakuru.7/videos/vb.100007122604684/1787693231478080/?type=2&theater





dimanche 10 avril 2016

Indirimbo #uwishe ya kidumu yabonetse kuri youtube. yirabe hano

nkuko tubizi, hari indirimbo zabariririmvyi benshi babaarundi tudakunda kuronka ati kuberiki rero.

nindirimbo zasohotse kera imbere yuko internet iza, za youtube nizindi. izo ndirimbo rero kandi zikaba ziba zarakunzwe bimwe bikomeye.
nkindirimbo uwishe ya Kidumu nindirimbo yakunzwe can,e ikaba yasohotse na imbere ko za youtube ziza. iyo ndirimbo rero abantu benshi bakaba barayirondeye barayibura, hamwe abantu bagenda bakaza barahamagara kuma Radio kuma télévision ngo bayibashiriremwo ariko bakayibura. ubu rero zinzi umu fan yarayifise aca ayishira kuri youtube, aba ararokoye abantu benshi.

iyo ndirimbo rero mushobora kuyumviriza aha munsi yayamafoto ya Kidumu.




nimuyumvirize hano



dimanche 27 mars 2016

Amafoto sexy ya ashley Girukwishaka, bimwe mubimenyeshamakuru biriko birayiyamiriza ( mdr )

Umuririmvyikazi Ashley Girukwishaka canke Ashley Diva, yifotoje amafoto ari kuri piscine.
ayo mafoto rero bamwe mubamenyeshamakuru bakora kuma site web nka Indundi.com, kumwanya.com
bakaba batakunze ayo mafoto, aho twashoboye kubona nko kuri site web Kumwanya.com
bavuga ngo niyihanure.
mubisanzwe umuntu akora kukimenyeshamakuru yigiye akazi kubumenyeshamakuru ntabwo ashobora kuvuga uko.
ashley diva rero wewe akaba ahubwo bimutangaza kukuntu umuntu ashobora kumubwira ngo ayo mafoto yawe ntabwo nayakunze niwihanure. ashley akibaza niba ari ngombwa ngo akore ivyo uwo muntu akunda.

kubwa burundi hit promo tukaba twikundira amafoto sexy. umustar ninayo mafoto yarakwiye kwifotoza.




Raba clip vidéo  aheruka gusohora, yndirimbo yise Africa

https://www.youtube.com/watch?v=rjrtkTFNQPQ




vendredi 5 février 2016

Amafoto sexy yumwigeme Milky Mina

umwigeme twabone muri clip rimwe mumuziki ndundi; ariwe milky Mina.
aboba batamwibuka niwamukobwa yaboneka muri clip yindirimbo Wawundi ya Emery sun.
uyu mwigeme rero numukobwa yakunzwe nabantu batari bake, icogihe yaboneka muri clip ya Emery sun.
ico gihe hari mu mwaka wa 2014. Milky Mina yaharurwa mubakobwa beza bambere bahano i Bujumbura. uyu mwigeme rero namatwi adusumira akaba azoboneka muri clip nshasha vuba ariko ntitwashoboye kumenya igihe iyo clip izosohokera, nkuko tubibwirwa nabareretsi ( paparazzi ) yuko uwo mukobwa ashobora kuba azoboneka muri clip vuba.
uyu mwigeme rero akaba yaranavuzwe ko urukundo hagati yiwe na Emery sun, ariko munyuma bose bakabihakana. ubu naho rero Milky Mina, yanditse agace kizina rya Emery sun kukuboko kwiwe, ivyo rero abantu bakaba bibabjije niba bari murukundo ariko Milky Mina arabihakana ngo ivyo vyama tatouage nibisanzwe.

aya niyo mafoto Burundi hit promo ayshoboye kuronka yiwe





Mushobora kudukurikirana kuri page facebook yacu Burundi Hit promo

mardi 2 février 2016

Knowless imbere yumuziki yipfuza kuzoba umusirikare none yagiye kwisanga ari umuririmvyikazi. menya vyinshi kuriwe hano

Knowless numwigemeye wumunyarwanda muri iki gihe ariko arabica bigacika muri bino bihugu Uburundi nu Rwanda. uyu mukobwa rero akaba akunzwe cane hanavanzemwo nubwiza afise.
Burundi hit promo rero ikaba yabashije kuronka vidéo ariko aravuga ivyo akunda, mukiganiro yahaye urubuga gwitwa yegoB rukorera ngaho nyene mugihugu cu Rwanda.
aho yanabajije ico yohanura uwraruka, akaba yishuye yuko ivyiza rwobana rukarangiza amashuri, kandi akaraba nimpano afise, ko na knowless kera yipfuza kuba umusirikare akomeye munyuma akaba umuririmvyikazi.

musi yaya mafoto murabona iyo vidéo ariko arishura ibibazo.



Raba iyo vidéo hano
https://www.youtube.com/watch?v=oBgA56ZwE50


mushobora kudukurikirana kuri facebook mukandika ''' Burundi hit promo '''