nindirimbo zasohotse kera imbere yuko internet iza, za youtube nizindi. izo ndirimbo rero kandi zikaba ziba zarakunzwe bimwe bikomeye.
nkindirimbo uwishe ya Kidumu nindirimbo yakunzwe can,e ikaba yasohotse na imbere ko za youtube ziza. iyo ndirimbo rero abantu benshi bakaba barayirondeye barayibura, hamwe abantu bagenda bakaza barahamagara kuma Radio kuma télévision ngo bayibashiriremwo ariko bakayibura. ubu rero zinzi umu fan yarayifise aca ayishira kuri youtube, aba ararokoye abantu benshi.
iyo ndirimbo rero mushobora kuyumviriza aha munsi yayamafoto ya Kidumu.
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe