jeudi 13 octobre 2016

Big Fariouz arakujije waouh!!!!!!

Umuririmvyi Big fariouz muri iki gihe abarizwa mubihugu vyohanze. aho aheruka gukora ibiteramo vyinshi mugihugu cububiligi, ubu naho ageze muri amerika. Fizzo rero akaba aheruka nogushira ifoto arikumwe numwana wiwe yavyaranye numufaransakazi. nkuko dusanzwe tubizi ko ubundi fizzo aba mubufaransa kubera ahafise umugore bafitaniye numwana. tukaba rero twacye tubaronkera ifoto yumwana wiwe, kugira murabe umwana wiwe. ariko tukaba tutashoboye kumenya amazina yiwe. nitwayaenya tuzoyabatangariza.

Vidéo :
https://www.facebook.com/menya.amakuru.7/videos/vb.100007122604684/1787693231478080/?type=2&theater





Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe