mardi 2 février 2016

Knowless imbere yumuziki yipfuza kuzoba umusirikare none yagiye kwisanga ari umuririmvyikazi. menya vyinshi kuriwe hano

Knowless numwigemeye wumunyarwanda muri iki gihe ariko arabica bigacika muri bino bihugu Uburundi nu Rwanda. uyu mukobwa rero akaba akunzwe cane hanavanzemwo nubwiza afise.
Burundi hit promo rero ikaba yabashije kuronka vidéo ariko aravuga ivyo akunda, mukiganiro yahaye urubuga gwitwa yegoB rukorera ngaho nyene mugihugu cu Rwanda.
aho yanabajije ico yohanura uwraruka, akaba yishuye yuko ivyiza rwobana rukarangiza amashuri, kandi akaraba nimpano afise, ko na knowless kera yipfuza kuba umusirikare akomeye munyuma akaba umuririmvyikazi.

musi yaya mafoto murabona iyo vidéo ariko arishura ibibazo.



Raba iyo vidéo hano
https://www.youtube.com/watch?v=oBgA56ZwE50


mushobora kudukurikirana kuri facebook mukandika ''' Burundi hit promo '''

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe