vendredi 5 février 2016

Amafoto sexy yumwigeme Milky Mina

umwigeme twabone muri clip rimwe mumuziki ndundi; ariwe milky Mina.
aboba batamwibuka niwamukobwa yaboneka muri clip yindirimbo Wawundi ya Emery sun.
uyu mwigeme rero numukobwa yakunzwe nabantu batari bake, icogihe yaboneka muri clip ya Emery sun.
ico gihe hari mu mwaka wa 2014. Milky Mina yaharurwa mubakobwa beza bambere bahano i Bujumbura. uyu mwigeme rero namatwi adusumira akaba azoboneka muri clip nshasha vuba ariko ntitwashoboye kumenya igihe iyo clip izosohokera, nkuko tubibwirwa nabareretsi ( paparazzi ) yuko uwo mukobwa ashobora kuba azoboneka muri clip vuba.
uyu mwigeme rero akaba yaranavuzwe ko urukundo hagati yiwe na Emery sun, ariko munyuma bose bakabihakana. ubu naho rero Milky Mina, yanditse agace kizina rya Emery sun kukuboko kwiwe, ivyo rero abantu bakaba bibabjije niba bari murukundo ariko Milky Mina arabihakana ngo ivyo vyama tatouage nibisanzwe.

aya niyo mafoto Burundi hit promo ayshoboye kuronka yiwe





Mushobora kudukurikirana kuri page facebook yacu Burundi Hit promo

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe