samedi 17 août 2013
mardi 13 août 2013
Abakobwa bavyina cane hagati yabo
Concert babiri babiri ukwo yagenze (amafoto )
Miss bikiyo ngo akaba yamanutse i Bujumbura unomunsi. raba amafoto amwe muyafashwe mugiteramo.
aha bariko baratumira abantu imbere yuko concert iba
k
Miss Bikiyo

lundi 12 août 2013
amashusho yindirimbo Eclaire moi ya Kolly
kolly numuhinyanyuzi wumuziki akongera akaririmba agakora na rap, bakaba banamuhamagara DJ Kolly. Akaba azwi mundirimbo nka umwami wibirere yakoranye na Preeze 36.
iyi ikaba ari amashusho yindirimbo yiwe nshasha yise Eclaire moi
samedi 10 août 2013
Olga : Irya foto ni Montage
Umuririmvyikazi Olga akaba ari mubaririmvyi babarundi bazwi cane, aho yagiye akorana indirimbo nabastar benshi bakomakomeye.mumisi iheze abakunzi bumuziki wiwe, baratangaye babonye ifoto yasohotse kuri facebook, iyo foto rero ikaba iriko Olga na Chanella bariko barasomana vyagi cherie.
ifoto ikaba yarakwiragiye henshi kumbuga za facebook. Olga nawe akaba nawe iyo foto ngo atazi iyo yavuye, kuko kubwa Olga avuga ko arifoto yinkorano (montage ) mumajambo ya Olga yavuze kurubuga rwa facebook yiwe ati : '' please ndabasavy mureke gucafuza izina ryanje iyo foto ni montage ntabwo arivyo ...uwakoz iyo foto imana imubabarir kubera ntazi combien d foi vyambabaje nukuntu ariko aronona reputation yanje .!!
niyi foto Olga yiyamiriza avuga ko ari inkorano

Inscription à :
Articles (Atom)